Ku babyinnyi ba ballet muri Afrika y'Epfo, basubiye mu myitozo ku wa Kane igihe ikigo cyabo Joburg Ballet cyitegura gusubira gukora ibitaramo mu minsi iri imbere nyuma y'igihe kirekire bihagaze kubera Covid-19.
Ingingo yo kutegerana zarubahirijwe ku bakunzi b'umupira w'amaguru binjiye kuraba umukino wahuje Nigeria na Lesotho aho Super Eagles yatsinze 3 â" 0
Mu murwa mukuru wa Côte d'Ivoire Abidjan ushyigikiye Laurent Gbabo yagaragaye yambaye inkweto zibigaragaza nyuma y'uko Urukiko Mpuzamahanga Mpanabyaha ICC rumurekuye
Umunya Cameroun Francis Ngannou yakubise hasi Stipe Miocic wo muri Amerika ku wa Gatandatu ushize bituma aca agahigo k'umuntu ufite ibiro byinshi ( heavy weight) mu irushanwa rya UFC i Las Vegas.
Mu gihe ingingo zo kwirinda coronavirus zavanyweho, abarwanyi bashobora gutangira kwitegura amarushanwa
Iyi foto y'umugore wo muri Nigeria w'imyaka 50 akora ubucuruzi ari ku ishuri rya Ilorin akaba yibaza uburyo adashobora gusoma no kwandika bimubuza gutera imbere.
Ku wa Mbere , abantu benshi bagaragaye ku murwa mukuru wa Madascar, Antananarivo , bakoranye basezera ubwa nyuma uwahoze ari perezida w'icyo gihugu Didier Ratsiraka, mu gihe umurambo we warimo uzengurutswa mu mujyi
Abantu bambaye imyambaro y'ibirori bakoraniye imbere y'iduka muri Afrika y'Epfo ku wa Kabiri mu myigaragambyo nyuma y'aho umugabo wambaye umwambaro wa Ndebele asabwe gusohoka mu iryo duka
Ku wa Gatandatu ushize abagore bitabriye igiterane i Ekurhuleni muri Afrika y'Epfo aho bashobora gupima ubushobozi bwabo bwo kurasa.
I Mombasa ku wa Gatatu, abantu buzuye ikiraro gifatanya imisozi mu gihe ingendo z'ubwato zahagaritswe mu masaha y'urujya n'uruza rwinshi kugira harwanywe ikwirakwira rya Covid-19
Amafoto ya BBC gahuza